المدة الزمنية 3:35

Birashoboka ko umunyeshure wo muri Kaminuza atangura kwitunganiriza imigambi akiri kw'ishure

بواسطة Mashariki TV
1 442 مشاهدة
0
11
تم نشره في 2021/12/22

Birashoboka ko umunyeshure wo muri Kaminuza atangura kwitunganiriza imigambi akiri kw'ishure, iyo ahejeje amashure ntakenere no kurindira akazi ka Reta. Bivurwa na Jeanne MPAYOGUHORA Umunyamabanga w'urunani rw'abapfasoni mu #Burundi (Forum National des Femmes), mu ruganda rwo gukahiriza ubwenge abanyeshure bavuye muma Kaminuza atandukanye y'igihugu ku vyerekeye kwitunganiriza imigambi no kuba imboneza.

الفئة

عرض المزيد

تعليقات - 0